Accueil > Amakuru > u Burundi > Bujumbura : Imyiyerekano y’ugushimira Reta
Bujumbura : Imyiyerekano y’ugushimira Reta
samedi 15 Gitugutu 2016, par
Abategetsi b’Uburundi batunganije kuri uwu wa gatandatu imyiyerekano y’ugushigikira Reta y’Uburundi, ku ngingo iheruka gufata yo kwikura mu masezerano y’i Roma ashirah sentare mpuzamakungu mpanavyaha.
Abari muri iyo myiyerekano yabereye mu gisagara ca Bujumbura bamenyesheje ko bafise umunezero w’ugushigikira n’ugukeza Reta y’Uburundi, inama nshingamateka hamwe na nkenguzamateka, bakavuga ko bashimishijwe n’ukubona izo nzego zaremeye na sentare mpuzamakungu mpanavyaha, hamwe nukubona Reta yarahagaritse imigenderanire hamwe n’ugukorera hamwe n’igisata ca ONU kijejwe agateka ka zina muntu mu Burundi.
Inama nshingamateka na nkenguzamateka z’Uburundi ziheruka kwemeza ku bwinshi ko Uburundi bwova muri sentare mpuzamakungu mpanavyaha. Iyo ngingo yafashwe inyuma y’aho Uburundi bumenyeshereje kandi ko buhagaritse imigenderanire n’igisata ca ONU kijejwe agateka ka zina muntu cagirijwe ko cagize uruhara mu cegeranyo giheruka gusohoka ku Burundi, muri Reta bakavuga ico cegeranyo cuzuyemwo ibinyoma.
IGIHE
Messages
15 Gitugutu 2016, 21:44, par NTIKARAHERA@KARIKUMUTIMA
C’est Bien
15 Gitugutu 2016, 23:03, par Burundi
Izomburakimazi.Rabe ahakenewe ko mwiyerekana: Cibitoke : effectif pléthorique dans les salles de classe
16 Gitugutu 2016, 06:06, par Nyamitwe no2
EHIZOMBWA NANI!!ZIYEREKANA KURINDE ATARI KWA NYAKUBAMA PETER MWISHWA WA SATANI?
16 Gitugutu 2016, 06:52, par Jojo
Abarundi baramaze gufatwa dusigaye twemera tugashigikira inkozi zibibi bariko birikingira mukonona
Haaaa!!!ntiturye ngo dusinzire kuko Imana ntikunda ababeshi hamwe nabakorera inabi benewabo.Yezu azoza yashavuye kuberivyo nimutihana.
16 Gitugutu 2016, 07:09, par barikukivi
barakenye amafoto akwiye jewembona iyofoto yaribabereyo barikubaha nizobambara kumatwi
16 Gitugutu 2016, 07:33, par Morodikayi Jon
Iyo mihimbiri itagirico yokora ngonukwirirwa barasara mumabarabara ngo bari muvyiyerekano ! unomusi mwamihimbiri komwiriwe murika mutahanye angahe babahaye ngomuze gusumira abagore banyu ? murabo mbona barimukwiruka mumabarabara koharimwo abonzi, abana babo barihafi gupfa ninzara! ubunda nabwo umengo nu bwigikere. uwundi niwe yaciyumugani rwi bwa mugusara rwirimba, namwe nuko ,rekatubirindire ndazi murimwebwe harimwo abazorwara pararize, cenke ihahamuka.
16 Gitugutu 2016, 08:07, par Karorero
None gayemwe abazungu ntibarabona ko barangamij igiti kiturirwa?yemw bazungu nickel irabakurako agashambara izo njabyi ngo ni cnared yarabahenz ngo reta yuburundi ngo nabantu barikurushi barababeshe mgo igihugu ntikigira abakirwanira bibagira indarangavye ziri centrafrique somalia darfour nahand muimihinngo yisi bazungu mumenye abobatutsi muvuga ko ari nkehwa twubatse urunani rwintamenwa tuzobarwaniriza hamwe ntimuzomenya ikibakuse niharambe Nyakubahwa Petero Nkurunziza umugabo wijunja nijambo intakangwa murakoze.
16 Gitugutu 2016, 10:02, par nyandwi
U Burundi nigihugu Imana yaheza giye kandi izokwama ibufasha ntitwame tuzeye inze ntamuzungu akunda uburundi kurusha benebwo nubwo hakiri bansumirinda bakibihekako
16 Gitugutu 2016, 11:08, par NKORIBIGAWA Pierre
Ja ku mirimo yanyu mwe ntimubona ko muri abantu bato mu mitwe?iyo myiyekano mwibaza ko izobashikana he?umve mbabwire ni musenge ntimuje mu mosha mabi mwoye gutsitazwa n’inyosha mbi zibabuza kwibera mu mahoro.
16 Gitugutu 2016, 11:44, par Mob
Haaaaa mubure kuja murima ngo muririrwa mu mihanda mwarasaze gusa hasigaye kwiruka mwambaye ubusa
16 Gitugutu 2016, 11:57, par Mob
Karorero warasaze gusa
16 Gitugutu 2016, 13:22, par Mob
Raba nkico kigore kirimbere kikoreye umutwe wa shitani
16 Gitugutu 2016, 14:47, par nora shekka
imburakimazi. com , mbega aho babahenda jewe kpo nama nabajije nti abana ba bategetsi barihe ? BOSE BIBEREYE ZA BURAYI NA AMERICA NAMWE MURIKO MUCA IKIYERI KIMWE KANDI NICO MUZOTAHIRA. MUBURA KUJA GUKORA IMIRIMO ITANDUKANYE NAYO ABO BAZUNGU MURIRIMBA BARABASIZE KURE MUZOKWAMA MURI NIYUMA YABO, IBWO BUTUNZI ABO BABATUMA KUJA MWIBARABARA BAFISE VYAVUYE MUMINWE YABO SI MFASHANYO ABAZUNGU BABAHA MUGAKUBITIRA MUMIFUKO YABO NONE UBU BARIKO BABATUMA KWIKINA AMATAVU MWIBARABARA MWICWA NIZUBA NABO INZOGA ZUBWOKO BWOSE BAKURANWA KUMUNWA I RESTAURANT NZIZA BINJIRAMWO NAMWE MUGAPFA MWIYANIKIRIRA KUZUBA VA IBIZIMU MUJE IBUNTU MWABIROFA.!!!!!!1
16 Gitugutu 2016, 16:03, par folmand
Birumvikana guhagarika iyo migenderanire none ko barenze kumasezerano, bagasohora rapport y’ibinyoma!
16 Gitugutu 2016, 17:33, par tari
Ubu hoboneka uwubavundereza amasoro nkuko mwirirwa muyavundereza abandi ntugere Ngo mwokwirirwa mwanikiye iyo myinyo mwibarabara nkuko ahubwo muba mwabuze ico mukora ahubwo iyo sentare nigire vuba nyabuna itangura kubacakira ihereye kurako gahanga kuwo munywarumogi no Ni nkurumbi ico kivume yirirwa ahekura uburundi na barundi
16 Gitugutu 2016, 20:40, par .
@ Nora Shekka, ivyowaribagiwe kubibwira bamwe barungika abantunibirwanisho gutera muntara ya Cibitoke bomuntara ya Kayanza (murore) nabamwe batera amakambi yagisirikere cu Burundi.
Nayo abontamutekano bahungabanije nabobana babategetsi sinzi abushaka kubonamwo kuko nabo harimwo jewe wombaza kuko twarikumwe nabo.
Ngira wavuze abana ba Domitien Ndayizeye, naba BUYOYA Petero, pacifique Nininahazwe, Petero Mbonimpa, Alexis Sinduhije, Niyombare, Rugurinka, ego abanababobantu ntabonabonye.
17 Gitugutu 2016, 02:00, par MbaCanada
Ndabaramukije mwese mukundagusoma ivyandiye ngaha nokwandika, jewe burya ndakunda gusoma ivyanditse ngaha ariko sinkunze kwandika.
Kubwivyorero nkukombansoma ivyandikwa nabantu batandukanye nakomeje guterwa ubwoba keshi nibintu vyandikwa nuyumuntu yitwa Tari bikantera kwibazako arumuntu ababantu hameze nkomumakambi yimpunzi canke ahantu hazabantu bahababatse kubwivyo vyatumwe nifashisha abahinga kuhiramenye vyukuri uyumuntu yiyita Tari ahaba none twagizeguti dusanga i code yigihugu abamwo nigihugu cifashe.
Muravye ivyo avugiyengaha vyonyene biteye umubabaro kandi ntiwokekeranya ko yarishikikiye nabamwe batera ama grenade abantu barikobaridandariza abandibagura udutomate Bujumbura, none kwaha avuze nguwovundereza amasasu murababantu nigikingaha bononye? None abasutsemwo abasasu yocaronka iki? Barihenda yavyaye urubu, kandi gatwengwa nkakeza mumisi tuzobabwira igihugu abamwo.
17 Gitugutu 2016, 06:46, par Uwihoreye
Aho Mwavuyemwo Kugira Nti Muzokurikiramwe Kuvyomwakoze?Mama Mbere Tutabahekenye Amavya Werindira Bihinduke.
17 Gitugutu 2016, 10:36, par Strong Rwanda
Abarundi birirwa mu mihanda aho gukora twebwe hano mu Rwanda turakomeje gutera imbere ubu ejo Mardi Umwami wa Maroc arasura u Rwanda,Strong Rwanda
17 Gitugutu 2016, 13:05, par Jéanvyerd
Iyongingo Reta Yafashe Yokwikura Kuri Onu Sio Kuko Onu NiYo Gahuzamiryango Kwisiyose Nonerero Ko Uburundi Bufashe Iyongingo Inkurikizi Zo Ntizizobura Kuburundi. Reta Yo Izobe Ira Biraba.
17 Gitugutu 2016, 13:08, par Jéanvyerd
Iyongingo Reta Yafashe Yokwikura Kuri Onu Sio Kuko Onu NiYo Gahuzamiryango Kwisiyose Nonerero Ko Uburundi Bufashe Iyongingo Inkurikizi Zo Ntizizobura Kuburundi. Reta Yo Izobe Ira Biraba.
17 Gitugutu 2016, 18:17, par FELIX MUHIRE
Ibitutsi mbonye bivuzwe kur’iyi nkuru binyeretse ko abakozi ba Shetani babajwe n’uko Uburundi bwihagazeko. N’ikimenyetso kitabesha ko tuzoteba tukagaragara imbere y’amahanga nk’icibare c’Imana koko. Inyankaburundi zizotsindwa. None abo banyarwanda batwivangamwo kuber’iki? Jewe mbona ko comments zabo zari zikwiye gufutwa.
18 Gitugutu 2016, 10:24, par nzovu
@ FELIX MUHIRE
Iyo uvuga ngo comments z’ abanyarwanda bazisibe uba ugaragaje ko udashaka kumva ibitekerezo bitandukanye, cyane ko uba udashaka kumva ukuri. Abanyarwanda bandika ku igihe.com bafite uburenganzira bwo gutanga ibitekerezo byabo cyane iyo mwebwe Abarundi mutangiye gutuka Presida wacu. Ibibazo u Burundi bufite ntabwo muzabibonera umuti ( lasting political solution) igihe mugitekereza uko. Ni mufunguka mu mutwe mukemera ko ibibazo byanyu bidaterwa nu Rwanda, France, Belgium cyangwa UN muzaba muri munzira nziza. Nibikomeza uko mwifata igisubizo ku bibazo mufite nkizaba kiri kure nku kwezi.
20 Gitugutu 2016, 16:50, par ruhere
abandika ibintubibi usanga arabahunze bakoze ibibi b.ene abo ntibipfuza amahoro bama bipfuza uwobafasha gukora nabi gukokeza gutoneka. imitima y.abantu???ariko ibi ntibisumba ivyo. twakabonye ICO nohanura. kinda uburundi bwanyu
21 Gitugutu 2016, 05:03, par hakizimana jean-marie
komumushimira yakoze iki?urazi abantu yatugandaguriye!!!!hama ngo mushime.sha namwebw uwobaraba yo sanga mubicanyi murimwo.
23 Gitugutu 2016, 11:58, par Modri dos santos
a babantu bacyoza
nkuk n,abantu bahunze
kubwubugizi bwanabi bakoze
sha muvuge make nuk indongoz ibazwa vyose
abicwa ntibariko bicwa na Leta
28 Mukakaro 2017, 17:43, par muhimu
ariko rero nimba dukunda imana dusabe iduhe nogukunda abo yaremye mbega uburundi bubuze amahoro burya urwanda rwoba ruyafise urwanda ruyabuze uburundi bwoba buyafise iyisi twayihawengo tuyibeko twese imbere yimana twese turangana rero abantu twisubireko murakoze.