IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Bujumbura:Umukuru w’igisagara asaba abafise amazu hafi y’amabarabara (...)

Bujumbura:Umukuru w’igisagara asaba abafise amazu hafi y’amabarabara kuyasiga

samedi 17 Ruheshi 2017

Nkuko biri mw’itangazo umukuru w’igisagara ca Bujumbura yateyeko umukono kw’igenekerezo rya 16 ruheshi 2017 ,Freddy Mbonimpa amenyesha ko mu ntumbero yo kwitegurira guhimbaza imyaka 55 iheze Uburundi bwikukiye, abantu bose bafise inyubakwa hafi y’ibarabara rikuru ko bategerezwa kuzisiga.

Iryo tangazo riheraheza rivuga ko ibihano bitegekanijwe ku muntu wa riwe wese atazoshira mu ngiro iyo ngingo y’umukuru w’igisagara ca Bujumbura.

Uburundi bwaronse intahe yo kwikukira kw’igenekerezo rya 1 mukakaro umwaka w’i 1962


BIKORIMANA Vianney

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.