Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Imyiteguro ya #BujumburaPeaceRun2017 irabandanya - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Amahiganwa > Imyiteguro ya #BujumburaPeaceRun2017 irabandanya

Imyiteguro ya #BujumburaPeaceRun2017 irabandanya

lundi 8 Rusama 2017, par Jean de Dieu M.

Kisembo Ronex, umwe mu bariko bategura "Bujumbura Peace Run" izoba kw’igenekerezo rya 27 Rusama 2017, avuga ko intumbero ari uguhuza urwaruka mu gikorwa c’ukwinonora imitsi.

Miss Burundi, Miss Tanzania hamwe na Miss Kenya baramaze kwemera ko bazoba bari muri iryo huriro, ubuyobozi bw’igisagara ca Bujumbura nabwo bugasaba n’abandi bose ko boshigikira kandi bakitaba iryo huriro rizobera ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko RWAGASORE.

Ubushikiranganji bujejwe iyinjira ry’Uburundi muri Afrika y’ubuseruko bwatanze imfashanyo y’amafaranga imiriyoni zitatu n’ibihumbi amajana ane y’amarundi, y’ugufasha mu myiteguro.


IGIHE

Messages

  • Ariko Leta y’icaduka irateye agahinda!!!! Imiliyoni zitatu ($1000) ngo nintererano yatanze!!!!! Ubona iryo huriro ry’imbonerakure aho zizogira ikarashishi y’ukumara abantu harimwo buruguri inganiki!!! Ubudhinwa nibwongere bufashe kuko ibara ryaguye!!! Abo ba miss basutswe muvyo batazi nibo bambabaje!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.