Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Buramatari wa Bururi yahagaritse imyimenyerezo y’ukwinonora imitsi ikorwa (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Buramatari wa Bururi yahagaritse imyimenyerezo y’ukwinonora imitsi ikorwa (...)

Buramatari wa Bururi yahagaritse imyimenyerezo y’ukwinonora imitsi ikorwa mw’ijoro

jeudi 5 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Mw’ikete ryiwe ryo kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 2 Ndamukiza 2018, Buramatari wa Bururi Christian NKURUNZIZA yasiguye ko hamaze imisi hibonekeza abakora ikarashishi mu murwi (Sport de masse), inyuma y’isaha 12 zo ku mugoroba. Abagira iyo myimenyerezo bakaba bahora bagenda baravuza amafirimbi, bahonda ibidumu, kandi bitwaje ibihiri.

Burumatari w’intara ya Bururi yategetse ko ikarashishi yo mu murwi izoza iratangura igihe c’isaha cumi na zibiri zo mu gitondo, ariko ko atawurekuriwe kuyikora inyuma y’isaha cumi na zibiri zo ku mugoroba. Iryo tegeko rya Christian NKURUNZIZA rikaba rivuga kandi ko atawurekuriwe kwitaza ubuhiri muri iyo myimenyerezo.


Callixte NDIKUMANA

Messages

  • Kiliya si gihugu nindiri ya bicanyi gusa wagirango nibo bagitegeka abantu barara biruka mwijoro namahiri, nibande! interahamwe fdrl cndd fdd bose bashyigikiwe niyo leta kuko nibo bayigize, kuko ntanzego zindi zumutekano bafite, ngicyo cya gihugu intumwa yi mana yahanuruye, gusimbura Dubai! !!intumwa zerekwa byinshi niba atali u kugura inzira! kuki ateretwe, ayo mahiri icyo akoreshwa, buramatari nawe witonde, bariya bafite ubudahangarwa ndakuburiye *

  • ic ciyumvir j naragishigikiy kuk nta kwinonor imits mwijor kand mur n besh babikeney bogend habon kand at mahir bafis

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.