Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Buterere : Umugabo w’imyaka 45 yafashwe ariko ashurashuza abana b’abahungu (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Buterere : Umugabo w’imyaka 45 yafashwe ariko ashurashuza abana b’abahungu (...)

Buterere : Umugabo w’imyaka 45 yafashwe ariko ashurashuza abana b’abahungu babiri

samedi 5 Myandagaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Ayo makuru yemezwa n’igiporisi avuga ko uwo mugabo yafashwe ariko ashurashuza abo bana b’abahungu ari mu minwe y’inyamiramabi, kugira ashikirizwe ubutungane.

Uwundi mwigeme yafashwe ku nguvu

Ayandi makuru atangwa n’igiporisi avuga umwigeme azwi kw’izina rya SIBOMANA Venansiya w’imyaka 16 aba muri komine Tangara mu ntara ya Ngozi yafashwe ku nguvu ku muhingamo wo kuri uwu wa gatanu n’umusore azwi kw’izina rya NDAYISENGA Jérôme w’imyaka 27.

Mu giporisi mu ntara ya Ngozi bavuga ko uwo mwigeme yafashwe ku nguvu ariko avurirwa ku bitaro vy’i Kiremba, uwagirizwa ico caha nawe akaba apfungiwe mu gasho k’igiporisi muri komine Tangara.


Egide NDUWIMANA

Messages

  • ABAGABO NKABO NUKUBAHANA BIMWE BIBONEKA KUKO NUGUTITURA IMICO N’AKARANGA KIGIHUGU BAGASHAKA KUZANA IMICO YA BAZUNGU.UBUTUNGANE RERO NIBUKORE AKAZI KABWA ATAKAMWANA WAMAMA NAMPINGA YANJE

  • Uwo mugabo w’imbwa, bamuce ako gapira ke, n’ubundi ntacyo amaze.

    Abo bana n’abo, ntibasanzwe kandi nabo bakuriye mukabi. Ntabwo byunvikana ko abana bafite iyo myaka, bemera gushukwa bigeze aho, kereka niba Police hari ibyo itadusobanuriye.

    Ako kagabo n’imbwa cyane, kandi bagakubite intahe ku mabya, canke mugahanga, ariko bagakubite aho kababara cyane.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.