IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Buterere : Umuntu yagirizwa ubusuma yishwe n’abanyagihugu

Buterere : Umuntu yagirizwa ubusuma yishwe n’abanyagihugu

lundi 16 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Nk’uko bivugwa n’igiporisi, uwo muntu yishwe yafashwe nk’igihe c’isaha icenda z’ijoro, mu gatondo ko ku munsi w’Imana, akaba yafashwe ariko agerageza kubomora igihome c’inzu kugira yibe ibiri muri iyo nzu.

Inyuma y’ugufatwa, abanyagihugu b’aho mu Buterere baciye bamugandagura.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.