Accueil > Inkino > Amahiganwa > CAF 2018 : Abahagarikizi b’abarundi batowe guhagarikira urukino ruzobera mu (...)
CAF 2018 : Abahagarikizi b’abarundi batowe guhagarikira urukino ruzobera mu Rwanda
mercredi 28 mars 2018
Abo bahagarikizi b’abarundi ni NKURUNZIZA Thierry, Shabani NIYUNGEKO, Ramadhan NIYUNGEKO, na Eric MANIRAKIZA.
Abo bahagarikizi b’abarundi, bazohagarikira urukino rwo gusubiriza rutegekanijwe kuba kw’igenekerezo rya 17 Ndamukiza 2018, i Kigali, ku murwa mukuru w’igihugu c’Urwanda.
Abandi bahagarikizi bari bahagarikiye inkino zitandukanye mu gice ca mbere, c’ayo mahiganwa nk’urwahuje Simba Sports Club na Gendarmerie yo muri Djibouti, hamwe n’urwahuje Simba Sports Club na Al Masli yo muri Misiri.
MUGISHA Van Naris
Messages
30 mars 2018, 09:10, par ELIYA
ni vyiza kuduha amakuru ku gihe. ariko mushiramwo am erreurs menshi cane ; EX Francine Nkurunziza au lieu de NIYONSABA, Ngo bazosifura i Kigali au lieu de Mozambique