Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
CAN 2017:J. Claude BIRIMUSHAHU yashizwe mu bahagarikizi b’urukino (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Amahiganwa > CAN 2017:J. Claude BIRIMUSHAHU yashizwe mu bahagarikizi b’urukino (...)

CAN 2017:J. Claude BIRIMUSHAHU yashizwe mu bahagarikizi b’urukino Ghana-Cameroun

mercredi 1er Ruhuhuma 2017

Umuhagarikizi w’umurundi Jean Claude BIRIMUSHAHU yashizwe ku rutonde rw’abahagarikizi batatu bazohagarikira urukin rw’igice ca kabiri gishira ica nyuma mw’ihiganwa rya CAN 2017.

Urukino rw’igice ca kabiri gishira ica nyuma rwa mbere ruba kuri un wa gatatu,ruhuze Burkina Faso na Misiri, mu gihe uruzoba ruhagarikiwe n’abamenyereza barimwo umurundi Jean Claude BIRIMUSHAHU ruzoba kuwa kane igenekerezo rya 2 Nzero umwaka wa 2017,ruzohuza igihugu ca Cameroun na Ghana.

Abandi bazofashanya guhagarikira urwo rukino ni umunyagambia Bakary Gassama,umuhagarikizi wo hagati ,ku mpande z’ikibuga Jean Claude BIRIMUSHAHU azofashanya n’umunyasudani yitwa Waleed Ahmed Ali.

Imirwi ibiri izotsinda niyo izokina urukino rwa nyuma rw’ihiganwa rya CAN 2017,ririko ribera mu gihugu ca Gabon.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.