Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
CECAFA : Igihugu ca Kenya catahukanye intsinzi mu rukino rwa (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Amahiganwa > CECAFA : Igihugu ca Kenya catahukanye intsinzi mu rukino rwa (...)

CECAFA : Igihugu ca Kenya catahukanye intsinzi mu rukino rwa mbere

lundi 4 décembre 2017

Mu rukino rwo kwugurura ihiganwa, igihugu ca Kenya catsinze igihugu c’Urwanda ibitsindo bibiri ku busa, mu gihe mu rukino rwa kabiri hagati y’igihugu ca Tanzaniya n’igihugu ca Libiya ata watsinze uwundi.

Ku munsi wa kabiri w’ihiganwa,bitegekanijwe ko inkino zibandanya kur’uyu wa mbere igenekerezo rya 4 Kigarama 2017,inyuma y’umutaga , igihugu c’Uburundi kiza gukina n’igihugu c’Ubuganda.

Igihugu c’Uburundi kiri mu murwi umwe na ’Ethiopie, Sudani y’Ubumanuko, n’Ubuganda.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.