Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
CECAFA : Ikirangaminsi c’inkino cahindutse - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Amahiganwa > CECAFA : Ikirangaminsi c’inkino cahindutse

CECAFA : Ikirangaminsi c’inkino cahindutse

vendredi 1er décembre 2017

Iryo hinduka ryatumwe n’uko igihugu ca Zimbabwe cashimye kuva mur’iryo higanwa.Umurwi B ari nawo urimwo Uburundi ukaba ariwo wahindutse, ukaba usigayemwo ibihugu bine gusa arivyo Uburundi, Uganda, Sudani y’epfo hamwe na Ethiopiya.

Umurwi A ugizwe n’ibihugu bitanu arivyo Rwanda, Kenya, Tanzanie, Zanzibar hamwe Libiya.

Mu murwi A inkino zizogenda uku gukurukira :

3/12/ 2017 : Libya- Tanzania
Kenya-Rwanda
5/12/2017 : Zanzibar-Rwanda
Kenya –Libya
7/12/2017:Tanzania- Zanzibar
Rwanda-Libya
9/12/2017 : Rwanda-Tanzania
Kenya-Zanzibar

11/12/2017:Libya-Zanzibar
Kenya-Tanzania

Mu murwi B ari nawo wabayemwo ihinduka, inkino zizogenda uku gukurikira

4/12/2017 : Uganda-Burundi
5/12/2017:Ethiopia-Sudani y’epfo
7/12/2017:Ethiopia-Burundi
8/12/2017:Uganda- Sudani y’epfo
10/12/2017:Ethiopia- Uganda
11/12/2017:Sudani y’epfo- Burundi


Pacifique BUKURU

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.