Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
CECAFA U17 : Imirwi izokina urukino rwa nyuma yamenyekanye - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > CECAFA U17 : Imirwi izokina urukino rwa nyuma yamenyekanye

CECAFA U17 : Imirwi izokina urukino rwa nyuma yamenyekanye

jeudi 26 avril 2018

Umurwi w’igihugu ca Tanzaniya watisnze igihugu ca Kenya ibitindo 2 kuri 1 ku kibuga Umuco co mu ntara ya Muyinga nayo igihugu ca Somariya gitsinda igihugu c’Ubuganda igitsindo 1 ku busa bw’Ubuganda ku kibuga Ingoma co mu ntara ya Gitega.

Bitegekanijwe ko urukino rwa nyuma ruzohuza igihugu ca Tanzaniya na Somariya ruzoba ku w’Imana igenekerezo rya 29 Ndamukiza 2018 naho urukino rwo kurondera ikibanza ca gatatu rukazoba ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 28 Ndamukiza uyu mwaka wa 2018.

Umurwi nserukiragihugu w’Uburundi, wavuye mw’ihiganwa mu gice ca mbere c’inkino, ufise amanota 4, kuko watsinzwe urukino rumwe, unganya rumwe, utsinda kandi urukino rumwe.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.