Accueil > Inkino > Amahiganwa > CHAN2018 :Bimwe mu bihugu bizokina igice ca kane gishira ica nyuma (...)
CHAN2018 :Bimwe mu bihugu bizokina igice ca kane gishira ica nyuma biramaze kumenyekana
vendredi 19 janvier 2018
Umwe mu mirwi yahabwa amahirwe yo gushobora gushika ku rwego rwo gutwara ico gikombe kiramaze gusezererwa iryo higanwa naco akaba ari igihugu ca Cote d’Ivoire .
Inkino zitegekanijwe gukinwa uno musi n’iziza guhuza igihugu ca Libiya na Nijeriya igihe c’isaha 10 y’amasaha mpuzamakungu hamwe n’igihugu c’Urwanda kiza gukina n’igihugu ca Guinee Equatoriale igihe c’isaha imwe n’igice z’ijoro ku masaha mpuzamakungu.
BIKORIMANA Vianney