Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
California : Abanyagihugu bemerewe kunywa urumogi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > California : Abanyagihugu bemerewe kunywa urumogi

California : Abanyagihugu bemerewe kunywa urumogi

jeudi 10 Munyonyo 2016, par Egide NDUWIMANA

Mu gisagara ca California, abatora bemeje itegeko rirekurira abanyagihugu kunywa ikiyovyabwenge ca marijuana, iyo ngingo igashobora kugira ingaruka zikomeye ku mugambi mpuzamakungu wo kurwanya ibiyovyabwenge.

BBC ivuga ko mu matora yabaye mu gihugu ca Reta zunze ubumwe za Amerika, abatoye mu gisagara ca Florida bemeje impinduka mw’ibwirizwa shingiro ry’iyo Reta, bikaba vyemejwe gukoresha marijuana nk’umuti ku ndwara zimwe zimwe.

Abatora kandi muri ico gisagara basavye gukuraho igihano c’urupfu hamwe n’uko hokomezwa kugenzura impusha z’abanyagihugu z’ugutunga inkoho n’amasasu.


IGIHE

Messages

  • nimugirivyo mwishakiye sha ntakundi kazima muzi kubisanya neze kubirigo bibirivyanyu komera

  • Turashimiye nyakubahwa prezida Obama umutima wiwe wugukunda igihugu ciwe ca mwibarutse, atarabahano muburundi bwacu ,basigaye ari bampemuke ndamuke.Nibatore icirwa kubanyamerika munyaka yarenganye nanunomusi uburyo bifata mukubisikanya nabandi, ariko hano iwacu icotuzi nukwicana, kwemeza kunwa urumogi narwo, bigiye kurwiza imihimbiri cane,nkakarorero hano mugihugu cacu abarunwa usanga arabahimbiri.aho muri karifronia muzofashe kuraba amasanganya yimiduga igiye kwiyongera, kuko uwurunyoye usanga agenda nkuwasaze mwibarabara. Ahandi naho abarudandaza bagiye kuhatorera akoyoko, babidandaza binyegeje bagiye kubidandaza kumugaragaro.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.