Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Cameroun : Umumenyeshamakuru wa RFI yahawe agashimwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Cameroun : Umumenyeshamakuru wa RFI yahawe agashimwe

Cameroun : Umumenyeshamakuru wa RFI yahawe agashimwe

mercredi 19 Mukakaro 2017

Abandi bahawe agashimwe ni Patricia Mayorga ava mu gihugu ca Mexique, Pravit Rojanaphruk ava mu gihugu ca Thailand, Afrah Nasser ava mu gihugu ca Yemen hamwe na Judy Woodruff.

Abo bamenyeshamakuru bahawe ubushimwe kubera ibikorwa bishimishije bakoze mu bihugu vyabo,aho bamwe bafashwe nabi gushika aho bokwicwa,abandi barapfungwa bazira gusa kurondera ukuri.

Ahmed Abba akorera iradiyo y’abafaransa RFI mu rurimi rw’igi haussa yahagaritswe mu kwezi kwa Mukakaro 2017.Kuva agifatwa yagumye avuga ko ataco yagirizwa ko ari umwere.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.