Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Canada: Uwagirizwa igitero ku Musigiti yahagaritswe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Canada: Uwagirizwa igitero ku Musigiti yahagaritswe

Canada: Uwagirizwa igitero ku Musigiti yahagaritswe

mardi 31 Nzero 2017

Umunyeshure Alexandre Bissonnette w’imyaka 27, niwe yahagaritswe n’igipolisi mu gisagara ca Quebec yagirizwa kugira uruhara mu gitero cabereye ku musigiti mu gisagara ca Quebec.

Ico gitero cahitanye abantu batandatu bapfiuye na munani bakomeretse. Umushikiranganji wa mbere ca Canada Trudeau yise ico gitero ko ari igitero c’iterabwoba kuba islamu.

Abantu barenga 50 nibo bari mu musigiti w’abayisilamu I Quebec igihe ico gitero caba k’umusi w’Imana.

Umuvugizi w’igipolisi mu gisagara ca Quebec, Christine Coulombe, yamenyesheje ko abapfuye bafise imyaka iri hagati ya 35 na 70. Amenyesha kandi ko mu bantu umunani bakomeretse, batanu baremvye cane.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.