Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Colonel Dieudonné DUSHIMAGIZE yashikanwe mw’ibohero rikuru rya (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Colonel Dieudonné DUSHIMAGIZE yashikanwe mw’ibohero rikuru rya (...)

Colonel Dieudonné DUSHIMAGIZE yashikanwe mw’ibohero rikuru rya Mpimba

mardi 22 Munyonyo 2016, par Egide NDUWIMANA

Colonel Dieudonné DUSHIMAGIZE yashikanwe mw’ibohero rikuru rya Mpimba kuri uwu wa kabiri. Yabanje kwumvirizwa muri parake i Bujumbura.

Iyo ntwazangabo yo mu gisirikare c’Uburundi yahora ipfungiwe mw’igendereza i Bujumbura, kuva ku muhingamo wo ku munsi wa gatanu w’indwi iheze.

Yafatiwe mu biro bikuru vya gisirikare, inyuma y’ukwumvirizwa akaba yaciye ajanwa gupfungirwa mw’igendereza.

Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi, OP1 Pierre NKURIKIYE amenyesha ko uwo musirikare yagirizwa uguhungabanya umutekano w’igihugu, hamwe n’ugushaka gukora ubwicanyi (Atteinte à sûreté de l’État et Tentative d’assassinat).


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.