IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Colonel Tite SERUDUGO yungururijwe mw’ibohero ry’i Gitega

Colonel Tite SERUDUGO yungururijwe mw’ibohero ry’i Gitega

jeudi 22 Kigarama 2016, par Egide NDUWIMANA

Inyuma y’iminsi umunani yari amaze apfungiwe mw’igendereza i Bujumbura, Colonel Tite SERUDUGO yahoze ari intwazangabo mu giporisi c’Uburundi, yungururijwe mw’ibohero ry’i Gitega kuva ku muhingamo wo kuri kuri uwu wa gatatu.

Yari yafashwe kw’igenekerezo rya 14 Kigarama, i Bujumbura, muri karitiye ya Kinindo ku rugo rwiwe.

Mu muryango w’uwo yahoze ari intwazangabo mu giporisi c’Uburundi bamenyesha ko batarabwirwa ico apfungiwe.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.