Accueil > Amakuru > Ubutungane > Desire UWAMAHORO yaciriwe gupfungwa amezi atatu n’ihadabu y’umuliyoni
Desire UWAMAHORO yaciriwe gupfungwa amezi atatu n’ihadabu y’umuliyoni
mercredi 4 Nzero 2017
Desire UWAMAHORO yahoze arongoye igipolisi kijejwe kurwanya imigumuko yaciriwe gupfungwa amezi atatu na sentare isubiramwo imanza.
Desire uwamahoro yahagaritswe yagirizwa kwiba akoresheje ubwenge umurwizatunga ava mu gihugu ca Siriya amafaranga ashika ibihumbi amajana abiri na mirongo itanu vy’amadorare y’abanyamerika.
Hejuru y’umunyororo, Desire UWAMAHORO yaciriwe kandi kuriha ihadabu y’umuriyoni w’amafaranga y’amarundi, mu gihe abandi bari kumwe baciriwe gupfungwa imyaka itanu no kuriha ihadabu y’umutiyoni w’amafaranga y’amarundi.
Urubanza rwari rumaze ukwezi mu mwiherero.
IGIHE
Messages
4 Nzero 2017, 12:57, par Dusabe
Natahe Kubandanya.Akazi.Atuzeyamihimbiri Mugisagara
4 Nzero 2017, 13:12, par JEAN
IVYO VYEREKANA KO AMASENTARE YU BURUNDI ACA IMANZA MUBWIGENGE .
4 Nzero 2017, 13:59, par MWALIMU VICTOIRE
Akokarenganyo komiseri muzima amezi 3 abandi imyaka 5 ivyo murabikora imana ikihorera izobahana uko bikurikirana
4 Nzero 2017, 14:08, par Bucumi
Bucumi
4 Nzero 2017, 16:36, par deo
Ubundi ntanagasho yarakwiriye kuko nabo bagwiza tunga bakunda frode nukuvuga Ko batari bazi k ari police? Non umu police baribazi Ko inzahabu yazikuyehe? Ingingo yokumurekura ninziza cane kuko ntac azira. Ariko ndatey ivyatsi ubutungane bwahisemwo guhana abobarikumwe nadesire kuko namba yera nabo barera nibahanishwe igihano kimwe kuko basangiye nicaha
4 Nzero 2017, 16:58, par MAHORO
ICIGWA KURI BARUGARA, NGO FATA.... IVYO PITA ABATUMA BIZOFATA DES CAPORAUX MUZOMPINYUZA UN JOUR
4 Nzero 2017, 17:04, par Karorero
Ubundi ko yazira iki ko yakoreshejwe amakosa nabo bateka mutwe umutumwa ntakubitwa rero narekurwe ntaciriwe kirasabwa amez atatu ni make.
4 Nzero 2017, 22:11, par Venuste Nsengimana
Nukuri Ndakeje Ubutungane Biragaragara Ko Bwigenga Nyakubahwa Uwamahora Ndamukeje Nagire Atahe Azekukazi Leta Yuburundi Yamushinze Kuko Yarahenzwe Ntakundi Imana Imatuzigamire Arekugwe Kuko Arakunda Igihugu Camwibarutse.
5 Nzero 2017, 00:43, par Nzeyimana John
Urworubanza nurwakarenganyo gusa, none kuberiki yocirirwa amazatatu gusaa uwo mugesera!, cakabiri ,kuberiki abovyarikumwe bocirirwa imyaka itanu yi gifungo nawe amezatatu? abobagenziwe babonewe cane,uburundi bwacu bwishwe nakamwana wa mama.
5 Nzero 2017, 12:19, par Nzeyimana John
Niba ntibeshye asigaje 3 semaines akarekurwa. Nibyiza kandi nizeye ko azasubizwa mumirimo yiwe.
5 Nzero 2017, 17:22, par Alain Nyabenda
Uwukingiwe na Bunyoni ntacaba. Iryo ni jambo rya lucifere dushimire Nangayivuza
5 Nzero 2017, 23:44, par Mukaza
Désirée nibakurekure usubire kumirimo yawe....Hanyuma inyangaburundi zipfane agahinda.
8 Nzero 2017, 21:04, par RASTA
none yamwivye akoresheje ubwenge nyabaki?