Accueil > Amakuru > Poritike > Domitien NDAYIZEYE: Kwikura muri sentare mpuzamakungu ntibizobuza Uburundi (...)
Domitien NDAYIZEYE: Kwikura muri sentare mpuzamakungu ntibizobuza Uburundi gukurikiranwa
mardi 11 Gitugutu 2016, par
Source: Tele renaissance
IGIHE
Messages
11 Gitugutu 2016, 09:11, par Fnl
Niwirambire mutama, aba DD bafise ubwoba kandi ntawurababuranisha, akar’inyuma karahinda
11 Gitugutu 2016, 09:32, par kamaro
muta nukuri wewe na Ntibantunganya abarundi baramaze kubakurako icizere kuko mubasaziyenabi kuko nimwe mudukwegera barugereka, kumbe nawewe urimubavugako muburundi harikohaba ihonyabwoko!!! mwembwe muzokwegera abarundi bumutima akarambaraye, kabisa mukwiye kwikebuka kuko uryicuti ukinovorintuntu. mwirirwa mudandazabarundi ngo nihafatwe ibihano vyogukandamiza abenegihugu nokubahahaza mubwegenge bwabo.....abarundi baramazekumunyako CPI ikorera kubihuha nokumohe yabazungu
11 Gitugutu 2016, 10:18, par 4
ikirofa .com
11 Gitugutu 2016, 12:03, par tari
Niwirambire urarivuze ikibi kiratinda ntigihera abarundi nisiyose irabizi ko abo ba dd bo murako karwi karongowe nuwo mwicanyi karuhariwe nkuru ko arabicanyi mbere ivyo bavuga bimwe mubiri murico cegeranyo babibwiwe nanyaba dd nyene hariho abanka kubivugira ahabona kubwo gucungura agatwe mugabo ataruko bashigikiye izo nkozi zikibi nibareke gusha coba ahubwo bemere bemange abantu batikije kuko aho bisiga amaraso ntawari yabibatumye
11 Gitugutu 2016, 12:53, par Andre
Nukuri uvuze ukuri bazoduiikwegerq ahubwo birateyeisoni
11 Gitugutu 2016, 15:12, par mbazumutima jerome
Abarundi ntimugirubwoba naho hari abobandandende ntitubayeho kubwabo, nagira mbwire tali na fnl ntimukihute kugaya canke gushima ibikiramagambogusa!! Hanyuma nimba sentare izohana nabantu beshi bazohanwa kuko harabarundi bazivyishi murabomwita bazima. Domisien na Ntiba bakokeze buhoro kuko ntabuhungiro nubukiriro boronka bibaye ukomushaka,kandi ivyovyose mwibwira sivyejo bisabigihe kuko uwonumugambi wumuntu suw Imana.abanezegwa nkahumengo nivyejo murambabaje!! Abarundi ntidusamare Imana twizeye yitwa NDIHO kandi ntihemuka—abizigiye abantu bucamumaramara kuko nabakanyagato.nagirankebure abantu bipfuriza inabi uburundi mwitonde kuko hasigayegato mukagirira ingorane ahomuri kuko ntawikibi cereye.uburundi nigihugu ntabwarizina nkiryumuntu wogenda ngucuterura uterere ahushaka,oyaaa !!mwitonde abarundi nimilioni nyishi ntimugashire mukivunga nkahumengo murabana batazico bavuga.ndangije nipfuriza abarundi bose kubumwe dusenga dukora dukora dusenga ,twimamatwi iyomiyaga mibi kuko arimigambi ya sekibi itegeka abayiyoboka.abarundi turakarama ibihe vyose.
11 Gitugutu 2016, 19:25, par Kanyosha
Aboba Domotien, ayomajambo batayavuze uburaya bwocabuhagarika amahera babaha muvyemere, kuko ntahobataniye nabamwebavurwango bajamwa shetani gusaba ubutunzi maze bakabanza gutanga abanababo canke abishire/abagabo babo.
Nivyobigaborero vyariyeneje gutanga uburundi nabarundi kugira vyironkere UKU vyirira amahera ava Bulaya batavuze ukworero ubulaya bwocabuhagarika kuyabaha.
11 Gitugutu 2016, 23:33, par OM_JIZZO *OMER
Ni?Om_jizzo From Ngozi Kigacir Kinyam""Kabisa Uwomugabo Narekekurementany Ikind Naco Ngagat Kateretsenimanantikahenuk Numuyag Abarund IMANA iratubon"thank yuo
12 Gitugutu 2016, 14:29, par Ramadhan
Uzikomwasaze ndayizeye ivyoavga nivyo ahubwonimba mwariye amavubi simbizi komerasha wzrintwari nuburacari yocane ngoatavze ntiyosubira guhembwa wwwe tzaurya numigabo mukYanza hava abagabo ntihavimbwa
12 Gitugutu 2016, 21:05, par Dismas
Naho Boguma Bakurikiran Uburundi Mukarenganyo Ntaco Bazoshikako Kuk Imana Ikunda Uburundi Nabarundi,abarund Turakanura
13 Gitugutu 2016, 07:58, par Toto
Jerome Mbazumutima iyo Mana uvuga siyo mwijuru! oya jewe ndagutahura iyuvuga imana nikiranga ubuvuze, kuko ntamana ishigikira abasesa amaraso. cakabiri umusuma agiye kwiba avuga imana, ariko atari Imana yaremye ijuru nisi. Kubwire wokwitonda burya ntuzuko bizogenda.
14 Gitugutu 2016, 20:33, par MISAGO MISHERI
BAZOHERA KURIWEWE TAMIKA URUTE