Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Donald TRUMP yatsinze amatora - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Donald TRUMP yatsinze amatora

Donald TRUMP yatsinze amatora

mercredi 9 Munyonyo 2016, par Egide NDUWIMANA

Donald TRUMP wo mu mugambwe w’aba Republican niwe agiye kuba umukuru w’igihugu wa Reta zunze ubumwe za Amerika, afate ikibanza cahoramwo Barack OBAMA yahejeje ibiringo vyiwe. Donald TRUMP atsinze uwo bahiganwa, Hilary CLINTON wo mu mugambwe w’aba demokarate.

Donald TRUMP yatsinze muri Reta zikomeye nka Wisconsin, Alabama, Arkansas, Florida, Idaho, Indiana, Iowa, Kansas, Kentucky, Louisiana, Mississippi, Missouri, Montana, North Dakota, Ohio, Oklahoma, South Carolina, South Dakota, Tennessee, Texas, Utah, West Virginia hamwe na Wyoming.

JPEG - 93 ko
Donald TRUMP n’umuryango wiwe, bariko bakurikirana ibiharuro vy’amatora

Aho ni mu gihe uwo bahiganwa, Hilary Clinton wahoze ari umunyamabanga wa Reta ya Amerika yatsinze muri California, Colorado, Connecticut, Delaware, Illinois, Maryland, Massachusetts, New Jersey, New Mexico, New York, Oregon, Rhode Island, Vermont, Virginia na Columbia. Hilary Clinton akaba yemeye ko yarushijwe.

JPEG - 88.8 ko
Ni umubabaro udasanzwe ku ruhande rw’abashigikiye Hilary Clinton

Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA arakeza Donald TRUMP kuri iyo ntsinzi yaronse, akamenyesha ko kw’izina ry’abarundi, amukeje, agakeza n’abanyamerika bose.


IGIHE

Messages

  • Niyirambir Ariko Ntatotez Afrique Nkuko Obama Aturembej! Nkomuburundi

  • ntacobundi buhinga ahabwo ntaco barabona nibarinde kandi bihangene bibaho

  • Mbega ibyiza. Imana yatsinze shitani. Mwibuke ko Clinton et sa femme Hillary aribo bicishije abanyarwanda bafatanyije na kagame Runyenzi. Imana ihabwe icyubahiro. VIVE TRUMP !!!!

  • Ntaho vyakabonetse kw’isi ko inkokokazi ibika iyo ibitse kaba ari agasema.Gusa iratetera iyo ibonye isake.

  • Ntahovyakabonetse kw’isi ko inkokokazi ibika atari agasema.Gusa irateterera ishaka umugabo.

  • natwe abarundi turamukeje adufashe ku gira africa ivemwo akajagari obama yishe abanyafrika beshi

  • Les Pro-Clinton(Sindumuja@mujeri) n’ont qu’a se suicider. Vive trump!! Trump oye!!!

  • Bravooo bravooo Trump uz ukorane neza nintwari yacu Nyakubahwa Pierre Nkurunziza umukize ibimwenyi bya Obama byashaka kumurya nkuko byariy khadafi ngwino wunge isi yar giye gushwanyagurika kubera iyo mbwa Obama na cliton.murakoz nkej n’umugaba wingabo zuburundi akej mugenzi wiwe Trump.

  • Les Pro-Clinton(Sindumuja@mujeri) n’ont qu’a se suicider. Vive trump!! Trump oye!!!

  • DNID ABARUNDI TWESE TURAGUKETE TWEBWE NKAMISAGO MICHERI BATAZIRA KIRIJANA WIKABARORE MUKAYANZA KOMERA ABAGABO TURACAFISE IJANBO ARIKO UZOBE UMUGABO NKAPITA WABURUNDI NAWE UZUTWARIRE BOSE ABAGUTOYE NABATAGUTOYE

  • Iyombwa ngoni obama bayi nakagwi kawe wahangaye Uburundi?nabado

  • Waw ! obama nabambari biwe harimwo urwanda nibamenyeko atagahora gahanze.Trump big up man,bahinyanyure.

  • Natsinde kuko aba democrate barongowe Na shebuja wabo Obama Bari baragurishije igihugu kuba rusiya aka rorero nintambara yo muri ciliya ikibagiye nugukingira ikibaba inkozi zikibi yankako zirwanywa canke Ngo zifatwe zihanwe uko bakavuze abirabure kwatavyacu ntibabeshe

  • Uwomugesera obama nagende Aravuye abarundi kugakanu

  • I Mujeri yitwa Nininahazwe Pacifique,Maggy,Leonce,Kiramvu,.... ngo zari zishyigikiye Hillary Clinton. None ziramwaye.

  • UWO WOWO NTAWE MUZI BAMWE BAFATA IBITI NKAMA PARCEL YABO BAGOWE

  • Nimba ya sentare y’irahe idatinya nifate Obama yishure ku mabi yakore abanyafrika nko muri libiya no mubindi bihugu.

  • Trump le Républicain uyu niwe agire asafishe akarere k’ibiyaga bigari,ingo udukurireko Peter, nyaragasa

  • burya nne kayemwe wagomba atere igere kwibiringo vyiwe vyari birangiye. None abarezi (abigisha) batwigishije twovugako ataco badufashije muguharura 1, 2, 3 ... aho dufata gatatu tukakita 2!

  • Barundi Imana yacu iriburyo bwacu kuko uwuduhangay wese atamenya ikimukubise Uburundi bwa bene Burundi buzokwama arintakomwakomwa uwuzokwitambika imber yiyinganji uko yobar kose ntazobura guhura na se rwakira iyo abademocrate badafatanya nabasindumuja kurwanya uwur muruhande rw’imana nibo bari gutsinda arko kubwo imigambi yabo mibisha kubana bimana aribo abarundi na se barundi imana inganji yabo iyihaye Trump vive Nkurunziza vive les Barundais vive le Burundi.

  • Bravo bravo, ngirango akarere ka Afrika y’ibiyaga binini kagiye kuruhuka ko Cliton atuvuye ku gakanu. Hasigaye kwiyamiriza Kagame bahora bakorana umugambi ugayitse wo kumara abantu.Mumbonera Kagame akiri i Rwanda?

    Abicanyi Imana izokwama yabamaramaje?

  • Ou’ sont les mujeri (turaje,falcon, tari,lilly,...).On a besoin de reactions de ces mujeri sindumuja. Pour le moment je pense qu’il se cache sous les calloux.

  • Obama niyigire uburundi abarundi tumusengere hasigaye kagame mukigandaro. c.umwaka whose abantu. Bose. biyambaje imana abami anti. benshi. Salome. dawudi Daniel. Erie n.abandi

  • nakorore igicirb ca$ rero!

  • vive trump aba dictateuers n abanyabinyoma bari bahitanye Nkurunziza naza politique zabo zo guteza akavuyo no kwica abaturage bakabishyira kuwo bashaka kwikiza kubera inyungu zo gusahura umutungo kamere w africa n abarabu Iyaturemye irabamwaje ku mugaragaro, abanyabinyoma gusa n ibinywamaraso nka ba famille cliton, famille, bush, famille obama , nanjye ndi i bururi, komine mugamba ndagukeje Trump, nkeje na Nkurunziza umuyobozi ukunda abaturage be muri rusange

  • Bye bye KAGUTA MUSEVENI, Bye bye KAGAME Paul, Bye bye KABILA afaire yo gushyigikira fundation BILL CLINTON waguze u RWANDA, UGANDA na CONGO turizera yuko TRUMP azasenya abo bagabo bagurishije ibihugu byabo..
    Abarundi musabe NKURUNZIZA asabe dossier ya NTARYAMIRA Bill Clinton yicishije
    Dusabe kandi muri FRANCE ngo Alain JUPPE nawe azatorwe KAGAME ake kazaba kashobotse ntazongera kuja muri AMERIKA UKO ASHATSE

  • ndayumva nka seka,mb yemw trump mwosanga aj kubamara mwbw abarunti,umumezo mushasha ntutera amabavu! Mwbw mwibaza ng intwaro niy izokura akagasembwa kwisi,aho have! Mpaka haz intwaro ya yesu.k nday ubusa ampay iki!tokaa

  • Hahahh yewe yemwe mujeri n,akagame Bari bizey amarokoko kuri Clinton barariye ivyatsi, umugome waruje gufasha Obama na Kagame namujeri gusongera uburundi ,,,, Burundi mutima w à frica hangama #Drump congratilation

  • Ndavye comments mwanditse ,abarundi murafise ingwara ,mbe ko mupfa politique ya USA bamwe murazi naho iherereye ,murabure gutora umuti sivyo nupfa ngo umuntu uzotirwa na Trump,gusa ico mwomenya nuko aba nzi bakorera muri system imwe ,ahubwo hari naho bizokunyuka

  • Natwebwe Abarund Turagukeje Arik Uzotware Neza Kand Wibuke Ibihugu Vyarenganijwe Nabo Bagabo

  • Natwebwe Abarund Turagukeje Arik Uzotware Neza Kand Wibuke Ibihugu Vyarenganijwe Nabo Bagabo

  • Abarundi Turashimy Kubon Obama Yavuy Kubutegetsi Abarund Tugiy Kuva Mugacerere Twarimwo Ico Twosaba Trump Nuko Yotwarira Bose

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.