Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
EAC: Umukuru w’inama nshingamateka EALA asaba abashingamateka gukorera (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Ubuseruko > EAC: Umukuru w’inama nshingamateka EALA asaba abashingamateka gukorera (...)

EAC: Umukuru w’inama nshingamateka EALA asaba abashingamateka gukorera hamwe

Sunday 24 December 2017

Mu kiganiro yagiranye n’ikinyamakuru The New Times, Martin NGOGA yavuze ko ibibazo vyabonetse ahanini mu gihe co kwiyamamaza, kuko hibonekeje ivyiyumviro bitandukanye.

Martin NGOGA yavuze ko ubu Inama Nshingamateka y’akarere ka Afrika y’Ubuseruko EALA yuzuye kandi ifise umuyobozi wayo, kandi n’abagize inama nshingamateka barahari.

Umukuru w’inama nshingamateka y’akarere ka Afrika y’Ubuseruko yasavye umushingamateka wese gutanga intererano yiwe, kandi bagakorera hamwe nk’urwego rudashobora kwigaburamwo imice.

Naho abashingamateka baserukira Uburundi n’abaserukira Tanzaniya batitavye amatora yo gushiraho uwurongora inama nshingamateka ya EALA, Martin NGONGA yabwiye ikinyamakuru The New Times, ko ubu bakenewe kugira bagire uruhara mu bikorwa vy’inama nshingamateka ya EALA.


MUGISHA Van Naris

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.