Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ingwara ya Ebola igeze muri Repuburika iharanira intwaro rusangi ya (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ingwara ya Ebola igeze muri Repuburika iharanira intwaro rusangi ya (...)

Ingwara ya Ebola igeze muri Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo

samedi 13 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Uwo muntu yahitanwe na Ebola mu gihe ubushikiranganji bw’amagara y’abantu muri ico gihugu bwari bwamenyesheje ko ibipimo vyakozwe vyerekanye ko hari umuntu arwaye ingwara ya Ebola.

N’ibindi bipimo vyakozwe ku bantu icenda vyerekanye ko iyo ngwara yateye muri ico gihugu. Abo bantu bari bafise umucanwa mwinshi, kandi bakava amaraso ahantu hose hari intoboro ku mubiri.

Messages

  • Turagabe turagabe! murikongo nongahiwacu sikure yacu, nukuhabera magabo mukwikigira hakirikare, kuruzanuruza rwa banyekongo.
    Abakongo basazwe bazi kwiyo rwara ituruka mubikoko ariko, ntibumva babandanya kurya ibikoko vyomwishamba, reka twebwa barundi twikingire, burya rwibuye riserutse ntinyica isuka.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.