Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Econet Leo yashize kw’isoko terefone zigurishwa hamwe n’ikarata (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > ECONET Leo > Econet Leo yashize kw’isoko terefone zigurishwa hamwe n’ikarata (...)

Econet Leo yashize kw’isoko terefone zigurishwa hamwe n’ikarata simu

vendredi 14 Gitugutu 2016, par Egide NDUWIMANA

Econet Leo yabazaniye terefone ngendanwa zigurishwa zirimwo ikarata sim "KAZE", uwuguze iyo terefone agahabwa akarusho (Bonus) k’amafaranga igihumbi akoreshwa mu guhamagara, igihumbi gikoreshwa mu kurungika ubutumwa bugufi (SMS), hamwe n’igihumbi gikoreshwa kuri "Internet". Utwo turusho twose umunywanyi aturonswa mu kiringo c’amezi atatu.

Iyo terefone ngendanwa igurwa amafaranga 19.900 y’amarundi, ikagurishwa mu mazu y’ubudandaji yose ya Econet Leo ari mu gihugu cose. Irafotora, ikaba ifise :

Ikarata simu "KAZE"

Iradiyo

Itoroshi


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.