Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Econet leo yabazaniye L1, Terefone igezweho ku mafaranga ibihumbi 99 (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > ECONET Leo > Econet leo yabazaniye L1, Terefone igezweho ku mafaranga ibihumbi 99 (...)

Econet leo yabazaniye L1, Terefone igezweho ku mafaranga ibihumbi 99 gusa

jeudi 11 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Iyo Terefone ijamwo kandi ikarata simu zibiri, ikagira bateri irambisha cane umuriro. Iyo Terefone kandi ifotora ku mpande zibiri (Appareil photo arrière et appareil photo frontal).

Econet leo L1 irafise n’ikibanza kijamwo « Carte mémoire » yiyongera ku yindi ya MB 512 isanzwe iri muri iyo terefone (mémoire interne).

Nk’umuhora wa mbere mu bwinshi bw’abanywanyi, ishirahamwe Econet Leo ribandanya kuzana bishasha hamwe n’uguteza imbere igisata c’ugutumatumanako. Iryo shirahamwe rikaba ryaheruka gutanguza umuhora wa 4G.

Muri ukwo gutanguza umuhora wa 4G LTE, Econet Leo yaciye itangura kudandaza ama «Modems 4G LTE, routeurs 4G LTE, hamwe n’ama Terefone akoresha umuhora wa 4G.

Ariko rero iryo shirahamwe ntiryibagiye n’abakoresha imihora ya 2G na 3G, arico gituma muri iryo shirahamwe batanguye kudandaza Terefone Econet leo L1.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.