Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Espagne : Abantu 13 bapfuye, 50 bakomerekera mu gitero c’imodoka - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Espagne : Abantu 13 bapfuye, 50 bakomerekera mu gitero c’imodoka

Espagne : Abantu 13 bapfuye, 50 bakomerekera mu gitero c’imodoka

vendredi 18 Myandagaro 2017

Amakuru dukesha iradiyo y’abngereza BBC, amenyesha ko uwariko atwara iyo modoka yaburiwe irengero bikavugwako yoba yagiye n’amaguru mu gutoroka.

Igiporisi kimenyesha ko ibikorwa vyo kurondera uwagavye ico gitero gifatwa nk’iterabwoba ko biza vyatanguye,abantu babiri bamaze gufatwa bikekwa kugira ico gitero.

Umwe mubafashwe ava mu gihugu ca Espagne nyene aho habereye ico gitero,uwundi ava mu gihugu ca Maroc mu gice gihana urubibe n’igihugu ca Espagne.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.