Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Espagne : Umukuru wa Catalogne yasinye itegeko ryo kwigenga - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Espagne : Umukuru wa Catalogne yasinye itegeko ryo kwigenga

Espagne : Umukuru wa Catalogne yasinye itegeko ryo kwigenga

mercredi 11 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Amakuru amenyesha ko gushika ubu bitaramenyekana ko iyo ngingo yashizeko umukono yemewe n’amategeko, kuko amatora y’akamarampaka yabaye mu misi 9 iheze yo yari yisunze amategeko ya sentare ijejwe kwubahiriza ibwirizwa shingiro, mu gihe ukwigenga kwa Catalogne gutegerezwa kwemezwa n’inama nshingamateka yako gace.

JPEG - 63.5 ko
Carles Pugdemont, Umukuru wa Catalogne

Tubibutseko umukuru wa Catalogne, Puigdemont, yaheruka kumenyesha inama nshingamateka ko Catalogne yaronse uburenganzira kugira ishobore kwigenga nk’igihugu ariko Reta ya Espagne yari yavuze ko ko itazokwemera ko ako gace kigenga.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.