Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
FDP isaba abanyapolitike bahunze igihugu gutahuka - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > FDP isaba abanyapolitike bahunze igihugu gutahuka

FDP isaba abanyapolitike bahunze igihugu gutahuka

mercredi 11 Nzero 2017

Umukuru w’urunani rw’imigambwe ya politike ikorera mu Burundi FDP
Alain Diomède NZEYIMANA ahamagarira abanyepolitike bahunze igihugu gutahuka,kugira bategurire hamwe amatora y mu mwaka wa 2020.

Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru Alain Diomède NZEYIMANA amenyesha ko bikenewe ko abarundi bahunze igihugu bataha gufashanya n’abavukanyi babo mu guteza imbere igihugu cabibarutse.

Ku bijanye n’ibiganiro bihuza abarundi ,umukuru w’urunani FDP amenyesha ko abanyepolitike bari hanze y’igihugu bakurikiranwa n’ubutungane badashobora gutaha no kuvyitaba batarishura ku vyaha bakoze.

Ivyo yabishikirije mu gihe umuhuza mu matati y’abarundi Benjamin Mkapa aheruka gusohora ubutumire bwo kuja guhanahana ivyiyumviro inyuma y’igenekerezo rya 16 Nzero 2016.


IGIHE

Messages

  • Irishirahanwe ndashigikiye ivyorivuze, kuko abagirizwa gukora amabi mubiherutse nimba baziko barenganye nibishikane mubutungane maze baburane batsinde bezwe babonereho kubandanya kujamubiganiro nkabandi.

  • Uragwaye ga wamuga?mbe barya ubita abana?rindira badukomeshe!izuba riratwishe nabo inda ziruzuye.ahubwo pita nabwigwe yumve cank bamufatishe iminwe.erega CNARED muzoyitumako mutabona imbere n’inyuma.

  • Yewe wanyoye ibiyeri vyishi nivyo biriko birakuvugisha kabisa! mbe wocika kwicumu, ukongera kunyicumitako uribona?, bazoba baraza bitonze, kuko naboba baje,nkurunziza yobisasira.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.