Accueil > Inkino > FOOTBALL > FFB : Hagiye gutora abakinyi n’abamenyereza bigenjeje neza uwu (...)
FFB : Hagiye gutora abakinyi n’abamenyereza bigenjeje neza uwu mwaka
mercredi 23 mai 2018
Amakuru dukesha ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi, FFB, amenyesha ko abakinyi bagabuye mu mice itatu, abo nabo hakaba hari, umukinyi akiri muto yiigenjeje neza, umukinyi yigenjeje neza mw’ihiganwa rya Primus Ligue Burundi, hamwe n’umukinyi w’umurundi yigenjeje neza mw’ihiganwa ryo hanze.
Ku ruhande rw’abamenyereza, uwigenjeje neza azotorwa muri batatu :
1) Emanuel Bankuwiha ( LLBS4A)
2) Jean Jacques Eydelie ( Messager Ngozi)
3) Joslin Bipfubusa ( Aigle Noire)
Umukinyi yigenjeje neza akiri muto azotorwa muri aba batatu :
1) Hakizimana Hamimu ( Inter Star)
2) Ndayishimiye Jospin ( Delta Star)
3) Kanakimana Bienvenue ( Aigle Noir)
Mu bazotorwa nk’umukinyi yigenjeje neza muri Primus League harimwo :
1) Shaka Bienvenue ( Aigle Noir)
2) Urasenga Danny Cedric Kagabo ( Messager Ngozi)
3) Slim Said ( Olympic Star)
4) Nahimana Jonathan ( Vital’o Fc)
5) Kwizera Eric Kirungu ( Les lierres)
6) iddy Museremu ( Messager Ngozi)
7) Fabien Mutombola ( LLBS4A)
8) Ndizey Seif Thomson ( LLBS4A)
9) Ramadhan Pascal ( Olympic Star)
10) Muryango Mabano Shabani ( Aigle Noire)
Mu kibanza c’umukinyi w’umwaka akina hanze y’Uburundi yigenjeje neza hazotorwa hagati ya :
1) Ndarusanze Jean Claude ( As Kigali Rwanda)
2) Kwizera Pierrot ( Rayon Sports Rwanda)
3) Nsabiyumva Frederic ( Chippa United South Africa)
4) Hussein Shabani Tshabalala ( Rayon Sports Rwanda)
MUGISHA Van Naris
Messages
31 mai 2018, 09:00, par EVALISTE
none ninde yakahukanye ibitsindo vyinshi muri primus ligue ? FELICITATION POUR LES MESSAGE NGOZI