Accueil > Inkino > Amahiganwa > FIFA : Uko imirwi izokina igikombe c’isi mu Rusiya ihuriye mu mirwi (...)
FIFA : Uko imirwi izokina igikombe c’isi mu Rusiya ihuriye mu mirwi vyamenyekanye
vendredi 1er décembre 2017
Igikorwa co gutora uko imirwi nserukirabihugu ihurira mu mirwi cabereye i Kremlin,ku murwa mukuru w’igihugu c’Uburusiya Moscou. Imirwi yahuriye mu mirwi umunani uku gukurikira :
Umurwi A : Russie, Arabie saoudite, Egypte et Uruguay.
Umurwi B : Portugal, Espagne, Maroc et Iran.
Umurwi C : France, Australie, Pérou et Danemark.
Umurwi D : Argentine, Islande, Croatie et Nigeria.
Umurwi E : Brésil, Suisse, Costa Rica et Serbie.
Umurwi F : Allemagne, Mexique, Suède et Corée du Sud.
Umurwi G : Belgique, Panama, Tunisie et Angleterre.
Umurwi H : Pologne, Sénégal, Colombie et Japon.
Ihiganwa ry’igikombe c’isi kizobera mu Burusiya, rizotangura kw’igenekerezo rya 14 Ruheshi rirangire kw’igenekerezo rya 15 Mukakaro 2018.
MUGISHA Van Naris