Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Faustin: Ingurane Reta iheraniye ibanki nkuru hamwe n’abikorera utwabo (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubutunzi > Iterambere > Faustin: Ingurane Reta iheraniye ibanki nkuru hamwe n’abikorera utwabo (...)

Faustin: Ingurane Reta iheraniye ibanki nkuru hamwe n’abikorera utwabo yababa mu miliyoni amajana ane z’ama dolari

jeudi 3 Munyonyo 2016, par Jean De Dieu

Ingurane Reta iheraniye ibanki nkuru hamwe n’abikorera utwabo yababa mu miliyoni amajana ane z’ama dolari , akenshi bigatumwa nuko Leta iteba gusubiza, ingaruka zica ziba nuko amahera y’amarundi aca ata agaciro

SC:Tele renaissance


IGIHE

Messages

  • Urarivuze nubwo urivugana ubwoba burya aruwumva abayumvise kandi kugira ubwo ntagitangaje uravye ubwicanyi bwagahomera bunwa akokarwi kishize kubutwgetsi kariko karagirira uwowese atagashigikiye murayo mafuti yako ariko uburundi burakeneye abashingantahe bimvugakuri kandi barinda nkamwe bo kutuja imbere kugira twiganzure izo nkora bara

  • Ayo baramazekwibwa,ntayo bazokwishurwa, bakayishura naho umunyagihugu azoba yamaze kusigara imbokoboko. kuko bativye umunyagihugu ntayo bazoronka, bananiwe kuyishura bagifashwa namakungu, ubunaho bazoyakurahe? twebwe abanyagihugu nitwe tugiye kuyabonaaa.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.