Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Football:Abigeme batarenza imyaka 15 bagiye guhurira mw’ihiganwa - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Football:Abigeme batarenza imyaka 15 bagiye guhurira mw’ihiganwa

Football:Abigeme batarenza imyaka 15 bagiye guhurira mw’ihiganwa

vendredi 26 janvier 2018

Daniella Nimenya, umumenyereza w’umugwi nserukira gihugu w’abigeme amenyesha ko intumbero y’iryo higanwa ari ugutera intege ba nyene imirwi, hamwe n’abamenyereza babo ku kugene bitanga, hamwe no gufasha imiyabaga ikunda urukino rw’umupira w’amaguru kugira bagaragaze impano zabo.

Iryo higanwa rikaba rizokinwa n’imigwi 5 ariyo PVP Buyenzi, La Colombe FC, Buterere FC, Umutima FC hamwe na Fidelitè FC.Inkino zikazoba mu mirwi ibiri.

Mu murwi A :
1. La Colombe Fc
2. PVP Buyenzi

Mu murwi B :
1. Buterere FC
2. Fidelité FC
3. Umutima FC

Mu matageko y’iryo higanwa, nk’uko bimenyeshwa na Daniella Dushime, mu kibuga hazokina abakinyi 10 ku murwi bakazokina iminota 30 urukino rwose.


BUKURU Pacifique

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.