Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Football : Gilbert KANYENKORE yasubiye kuba umumenyereza wa Vital’o - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Football : Gilbert KANYENKORE yasubiye kuba umumenyereza wa Vital’o

Football : Gilbert KANYENKORE yasubiye kuba umumenyereza wa Vital’o

vendredi 9 février 2018

Umurwi w’ubuhinga mushasha wa vital’o ugizwe na KANYENKORE Kagabo Gilbert umumenyereza mukuru,akazokorana na Harerimana Haruna, Niyonkuru Djumaine hamwe na Amidou Hassan amenyereza abanyegori.

KANYENKORE Gilbert yamenyesheje ko afise umunezero ntangere kubona yasubiriye kwizerwa ngo amenyereze umurwi wa Vital’o inyuma y’igihe kitari gito avuye muri uwo murwi.

Gilbert KANYENKORE akaba yari yagiye mu gihugu kibanyi c’Urwanda aho yamenyereje imirwi ya Kiyovu na Bugesera. Kuva mu kwezi kwa Nyakanga 2017, Kanyenkore Gilbert yahora yigisha umupira mwishuri ryo mu Rumonge ryegukira Vital’o


BUKURU Pacifique

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.