Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Francine NIYONSABA yabaye uwa kabiri mu mahiganwa yabereye muri (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Amahiganwa > Francine NIYONSABA yabaye uwa kabiri mu mahiganwa yabereye muri (...)

Francine NIYONSABA yabaye uwa kabiri mu mahiganwa yabereye muri Norvege

vendredi 16 Ruheshi 2017

Fancine NIYONSABA yirutse izo metero 800 mu mwanya ungana n’umunota umwe ,amasegonda 58 n’ivy’ijana 18 (1’58’’18), mu gihe Caster SEMENYA yabaye uwa mbere yirutse izo metero 800 mu munota umwe,amasegnda 57 n’ivy’ijana 59 (1’57’’59).

Kuva batangura kwiruka, umurundikazi Francine NIYONSABA niwe yari imbere, ariko hasigaye imetero 50 ngo bashike aho bahagararira, Caster SEMENYA yaciye imbere umunonotsi Francine NIYONSABA gutyo aca atahana ikibanza ca mbere.

Francine NIYONSABA yaje mu kibanza ca kabiri inyuma ya Caster SEMENYA, akurikirwa n’umunyakenyakazi Wambui Margaret Nyairera.

Aba batatu nyene nibo baje mu bibbanza biatatu vya mbere mu mahiganwa mpuzamakungu yo kunonora imitsi yabereye mu gisagara ca Rio de Janeiro mu gihugu ca Bresil.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.