Accueil > Inkino > Amahiganwa > Francine NIYONSABA yasubiriye kuba uwa mbere
Francine NIYONSABA yasubiriye kuba uwa mbere
lundi 5 Ntwarante 2018, par
Mu gutahukana intsinzi, Francine NIYONSABA yenuriye abo bari kumwe, aheza ku mwanya w’umunota umwe, n’amasegonga 58 (1min58sec31).
Yakurikiwe n’umunyamerikazi Ajee Wilson (1min58sec99), mu kibanza ca gatatu naho hakaba haje umwongereza Shelayna Oskan-Clarke (1min59sec81).
Amakuru atangwa n’abegereye Francine NIYONSABA avuga ko bitegekanijwe ko aza mu karuhuko mu Burundi muri iyi ndwi, aho bikavugwa ko ashobora gushika i Bujumbura mu gatondo ko kuri uwu wa gatatu.
Egide NDUWIMANA
Messages
5 Ntwarante 2018, 11:56, par Kanakana Edouard alias Billy
Félicitation Francine umurundikazi urazwa ishinga nuguha izina ryiza igihuguca kwibarutse ukaduza i drapeau r ’UBURUNDI mumakungu Imana ibandanye ikongere rereza amagara meza uze wamewanka akagaye ka bugutanga kuririmbirwa mumakundu imana yakuduhaye ikuduko mereze umyeyi yakwibarutse aragahoraho mugongo waguhetse uragahoraho
5 Ntwarante 2018, 15:43, par ncuti
Ndi umunyarwanda ukunda Uburundi cyane uyu Mukobwa aduhesheje ishema muri aka Karere duherereyemo nakomeze ajye mbere turamushyigikiye cyane
5 Ntwarante 2018, 17:01, par Lazize
Ego nivyiza cane kubona dufise umuhayagizwa mumakungu kandi akaba akunda igihugu ciwe,n’abandi bamwigireko akarorero , ndaguhaye Felicitations iyo tutaza kumugarizwa mumutwe SaÃdo nawe abageze kure ariko ko bamumugaje mutwe n’abansi b’igihugu cacu urabona ko yazimiye nukuvugwa nta kivugwa ubwo buka ari ububegito bwokugaya isahani waririyeko ,ishauriya yake asi tuulizi ,kutama menya ugwasi n’uburo