Accueil > Amakuru > Mu makungu > Francois Hollande yahevye ukwitoza mu kiringo ca kabiri
Francois Hollande yahevye ukwitoza mu kiringo ca kabiri
vendredi 2 Kigarama 2016, par
Francois Hollande, abaye umukuru w’Ubufaransa agira kabiri muri kahise k’ico gihugu, arangije ikiringo ca mbere ntahiganigwe kurondera ikigira kabiri.
Uwo mukuru w’igihugu bivugwa ko yatakaje igitigiri kinini c’abanyagihugu bakimufitiye icizere, nk’uko BBC dukesha iyi nkuru ibivuga.
- Francois Hollande
Mu kiganiro yatanze, umukuru w’igihugu Francois Hollande yavuze ko yayoboye igihugu c’Ubufaransa imyaka ine n’igice, n’umutima wiwe wose, ariko atahevye intumbero yiwe.
Francois Hollande yagabishije kandi ku mpungenge zitewe n’umugambwe ugendera ku vyiyumviro bikaze vy’amatwara ya kera, Front National, usa n’ukomeza kwigarurira abayoboke.
IGIHE
Messages
2 Kigarama 2016, 15:34, par kaze kurya
irambire mutama we ntanzara ufita nka kabila n.a. K agome bashaka kugira ibihugu v yabo amatongo yabase wabo.irangirize amahoro.imana ikwongere imigisha .
4 Kigarama 2016, 01:58, par Toto Kazungu.
Niwewe urumushingantahe komera kwibanga, ntiwagiye kubutegetsi utumwe ninzara, niwirabire Nkurunziza ya shikiye ubutegetsi abitumwe nasutama yagomba imwica, kunyatuka ntageza, mpaka bamusabije umutwe niho azokivako.
6 Kigarama 2016, 09:48, par FNL
Hollande nyuma yo kubesha Nkurunziza aramutereranye,Kikwete out,Hollande out,Nkuru ni ashikame awunywe rero