Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Gambia: Umuhungu w’umukuru w’igihugu yapfuye ariwe n’imbwa
Gambia: Umuhungu w’umukuru w’igihugu yapfuye ariwe n’imbwa
vendredi 3 Ruhuhuma 2017
Umuhungu w’umukuru w’igihugu ca Gambiya Adama Barrow yitavye Imana inyuma yo kuribwa n’imbwa mu kwezi kwa Nzero umwaka wa 2017.
Umushikiranganji w’uburimyi mu gihugu ca Gambiya yavuze ko umuhungu w’umukuru w’igihugu Adama Barrowe yari afise imyaka 8 y’amavuka Habib BARROW ,yapfiriye mu bitaro.
Habibu Barrow yariwe n’iyo mbwa itari ikingiwe,akomereka mu mutwe,igihe yari kwa mushiki wa se hafi y’umurwa mukuru w’igihugu ca Gambiya i Banjul.
Iryo sanganya ryabaye imbere yuko umukuru w’igihugu ca Gambiya Adama Barrow yimikwa,igihe yari yahungiye mu gihugu ca Senegal,akaba kandi atarnse n’akary ko kuja mu birori vyo gushingura umuhungu wiwe.
Ubutegetsi mu gihugu ca Gambiya bumenyesha ko iy mbwa nayo yahavuye yicwa ku munsi wa kabiri igenekerezo rya 31 Nzero,umwaka wa 2017.
IGIHE
Messages
3 Ruhuhuma 2017, 09:01, par Sayidi
Ndamuhaye Pore
3 Ruhuhuma 2017, 21:58, par RWAND
Yooo
4 Ruhuhuma 2017, 03:37, par Nzeyimana
Turahojeje umuryango wu MUKURU WIGIHUGU cagambiya bihangane mwisi turingenzi.
5 Ruhuhuma 2017, 16:34, par Elihoud Kabura
Pole Sana Excellence President
5 Ruhuhuma 2017, 23:06, par King
Isi ntisakaye ntawe imvura itanyagira ...gucisha make ubana na buri umwe wirinda amacakubiri ikimenyani amoko.... nibwo bwenge
6 Ruhuhuma 2017, 19:34, par orivyen
none hobayi aragarukayamazegupfa?njanyenarikuyireka%