Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Gambiya : Abanyagihugu 69 bo muri Senegal birukwanye - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Gambiya : Abanyagihugu 69 bo muri Senegal birukwanye

Gambiya : Abanyagihugu 69 bo muri Senegal birukwanye

lundi 21 Myandagaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Amakuru ava aho i Banjul amenyesha ko abo banyesenegare birukwanwe mu gihe umushikiranganji w’imigenderanire w’igihugu ca Gambiya, Mai Ahmad Fatty yaheruka kubonana na mugenzi we w’igihugu ca Senegal Abdoulaye Daoula Diallo, mu ntumbero yo gutorera umuti ingorane z’ubwicanyi, z’ubusuma, iterabwoba hamwe n’ingorane z’urudandazwa rw’ibiyayura mutwe vyibonekeza hagati y’imbibe z’ivyo bihugu.

Bivugwa ko imigenderanire hagati y’ivyo bihugu bibiri yari yifashe neza, imbere y’ivyo.
Amakuru ava mu burongozi y’igihugu ca Gambiya amenyesha ko iryo yirukanwa ryabo banyesenegare ata mvo za poritike ziri inyuma yaryo.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.