Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Uburundi bwaserukiwe mu nama y’ubumwe bwa Afrika yatanguye muri (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Uburundi bwaserukiwe mu nama y’ubumwe bwa Afrika yatanguye muri (...)

Uburundi bwaserukiwe mu nama y’ubumwe bwa Afrika yatanguye muri Ethiopie

lundi 3 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Muri iyo nama, abakuru b’ibihugu bo mw’ishirahamwe ry’ubumwe bwa Afrika barabira hamwe impinduka zasabwe ko zokorwa muri iryo shirahamwe, hamwe n’ibijanye n’ugufashanya gukwiye kuranga ibihugu bigize iryo shirahamwe.

Muri iyo nama, barigira hamwe kandi ivyokosorwa mu mategeko ahari, kugira uruja n’uruza rw’abantu n’ibidandazwa rworohe muri iryo shirahamwe.


Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.