IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Gitega : Abagirizwa ubusuma muri COOPEC baciriwe gupfungwa imyaka (...)

Gitega : Abagirizwa ubusuma muri COOPEC baciriwe gupfungwa imyaka 15

mardi 6 février 2018

Uko ari batandatu bagirizwa kwiba amafaranga imiriyoni 66 227 510 z’amarundi kw’igenekerezo rya 31 Kigarama 2017.

Mu ntango bari bafashwe ari icumi, ariko abaporisi babiri n’abanyezamu babiri bari bacunze COOPEC Gitega bejejwe na sentare.

Urubanza rwari rwashizwe mu mwiherero,kuwa gatatu igenekerezo rya 17 Nzero 2018, inyuma y’uko abagirizwa bumvirijwe bagasabirwa na sentare gupfungwa imyaka iri hagati ya 20 na 30.

Urubanza rwa mbere rwari rwabaye kuwa kabiri igenekerezo rya 9 Nzero 2018, ariko ruca rwungururizwa ku rindi sango, kuko uwari yaserukiye COOPEC yari yasavye umwanya wo kubanza gusoma neza dosiye y’urubanza.

Uwuburanira abagirizwa ubusuma yavuze ko bagiye kwunguruza urubanza.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.