Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Gitega: Abanywanyi 8 b’umugambwe FNL bari mu minwe y’igipolisi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Gitega: Abanywanyi 8 b’umugambwe FNL bari mu minwe y’igipolisi

Gitega: Abanywanyi 8 b’umugambwe FNL bari mu minwe y’igipolisi

vendredi 24 Ntwarante 2017

Umukuru w’umugambwe FNL urongowe na Agathon RWASA muri Komine Nyarusange, intara ya Gitega ,ari kumwe n’abandi banywanyi indwi b’uwo mugambwe, bapfungiwe mu gasho k’igipolisi mu ntara ya Gitega,kuva inyuma y’umutaga wo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 23 Ntwarante,umwaka wa 2017.

Fidele SIMBAGIJE arongoye umugambwe FNL muri komine Nyarusange yafashwe inyuma y’urupfu rw’umutama azwi kw’izina rya BUKOBERO Jacques mw’ijoro ryo kuwa gatatu igenekerezo rya 22 Ntwarante,umwaka wa 2017.

Umukuru w’umugambwe FNL urongowe na Agathon RWASA mu ntara ya Gitega Ferdinand MISIGARO amenyesha ko ifatwa n’ipfungwa ry’abanywanyi b’umugambwe FNL bifise imvo za politike.

Ferdinand MISIGARO arongoye umugambwe FNL asaba abajejwe gukora amatohoza, gukora amatohoza ataho ahengamiye.


IGIHE

Messages

  • Mutabihevye Murahonera Mumabohero None Kumukenyuro Wanyu Wamaze Kumenyekana Haraho Mwibazako Igihugu Gisinziriye. Uwuzorukarisha Ruzomumwa Ntakabuza Mva Mwiyongeso Basha Twubake Igihugu.

  • nukuri kwandika amakuru ni kimwe kubugendera nikindi nukuri twabonye amakuru yo nyarunsnge igitega umuntu yishwe mushiraho nakaburya kamaraso yasesetse none nabobo bafatiwe amakosa ko hagumye kakaburya kamaraso yoba yasesetse kubwanyu ko turi kwisi abantu ntibagafatwe ngo baje kubazwa bashikirizwe ubutungane? abakoze amakosa aho guhanwa mushaka mwebwe aribo mukemurira vyigihugu, je nabineguye kuba mudatandukanya uwufunzwe nuwishwe mugashaka kwereka aho muhengamiye sivyiza nagato namwe menya ko ibintu vyahindutse tutakiri 1972 ubu umurundi arimaso

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.