IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Gitega: Ikiziga c’umwigeme catowe mu ruzi Ruvyironza

Gitega: Ikiziga c’umwigeme catowe mu ruzi Ruvyironza

vendredi 18 Myandagaro 2017

Amakuru ava mu begereye ahatowe ico kiziga amenyesha ko ico kiziga catowe hagati y’umutumba Buga wo muri komine Makebuko na Murehe wo muri komine Gishubi.

Ayo makuru nyene amenyesha ko ico kiziga cabonetse ko yari yakomerekejwe ku ruhande rwo ku gutwi.

Amakuru y’itorwa ry’ico kiziga yemejwe kandi n’umuvugizi w’igiporisi Pierre NKURIKIYE.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.