IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Gitega:Urubanza rw’abagirizwa urupfu rw’umuvyeyi w’umurwizatunga rwungururijwe (...)

Gitega:Urubanza rw’abagirizwa urupfu rw’umuvyeyi w’umurwizatunga rwungururijwe ku rindi sango

jeudi 8 Ruheshi 2017

Amakuru ava mu ntra ya Gitega yemejwe kandi na bamwe mu bapfungiwe mw’ibohero rikuru mu ntara ya Gitega,amenyesha ko urwoi rubanza rutumvirijwe kubera abacamanza bari gusasa batari bitavye bose.

Inyuma y’akanya gato bamaze ahari kubera urubanza, ababurana baciye bamenyeshwa ko urubanza rwabo rwungururijwe kuwa kane igenekerezo rya 15 Ruheshi 2017.

Uko ari indwi bagirizwa ko aribo bishe umutama azwi kw’izina rya Jacques BUKOBERO yishwe atewe grenade kw’igenekerezo rya 22 Ntwarante 2017,ku miutumba wa Gasenyi wo muri komine Nyarusange,intara ya Gitega.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.