IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Gitega : Urubanza rw’abagirizwa ubusuma muri COOPEC rwungururijwe ku rindi (...)

Gitega : Urubanza rw’abagirizwa ubusuma muri COOPEC rwungururijwe ku rindi sango

mercredi 10 janvier 2018

Uko ari icumi bose, bagizwe n’abaporisi hamwe n’abanyezamu bagirizwa kwiba imiriyoni 66 z’amafaranga y’amarundi.

Inyuma yo kwumviriza impande zose, sentare nkuru y’intara ya Gitega yungururije urubanza kw’igenekerezo rya 17 Nzero 2018.

Umunyamategeko yaserukiye COOPEC yasavye sentare guhabwa ikiringo kugira asome ibiri muri dosiye y’urubanza.

Ababuranira abo bagirizwa ubusuma bamenyesheje ko batashimye uko urubanza rwagenze, kuko bituma abo baburanira babandanya gupfungwa.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.