IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Gitega : umuntu umwe yakomerekejwe na Gerenade yatewe

Gitega : umuntu umwe yakomerekejwe na Gerenade yatewe

lundi 31 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Uwo yakomeretse yatewe ku rugo iwe n’abantu bataramenyekana. Mu giporisi mu ntara ya Gitega bamenyesha ko amatohoza yamaze gutangura.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.