Accueil > Amakuru > Poritike > Habonetse igitigiri gito c’abiyandikisha ku munsi wa mbere
Habonetse igitigiri gito c’abiyandikisha ku munsi wa mbere
jeudi 8 février 2018
Nk’isaha umunani n’igice, ikinyamakuru IGIHE caciye muri komine ya Mukaza, kw’ishuri ryisumbuye Centre Islamique ryo muri zone ya Rohero, kikaba casanze abariko bariyandikisha ari bake, kuko abari barindiriye bari icenda gusa.
Uwujejwe gukurikirana uko ibikorwa vyo kwiyandikisha muri ako gace, yabwiye ikinyamakuru IGIHE , ko kuba hari abaza kwiyandikisha bake, bishobora kuba biva kuri kamere k’abarundi, aho bibuka ibikorwa mu munsi ya nyuma.
Igikorwa co kwiyandikisha ku bazokwemeza canke bahakane ibwirizwa nshingiro kikaba kizorangira kw’igenekerezo rya 17 Ruhuhuma 2018.
BUKURU Pacifique
Messages
8 février 2018, 18:46, par Maria Ntakirutimana
Igihugu cose c’Uburundi nticitwa Bujumbura. None bica bisobanura ko mu gihugu cose ariko vyagenze. Aruko rero province yose ikwiye kugira ikinyamakuru cayo.
8 février 2018, 20:20, par Karimumuryango Zacharie
Nukuyitabira Kubwinshi
10 février 2018, 12:57, par Revanit
None Twebweabanyeshuri Kobaduca Amafaranga Mwunva Twoyakurahe Na Minerovare Tuyironka Turushe ?
13 février 2018, 11:06, par nyoma
twese biraturaba kuko turabarundi