Accueil > Amakuru > u Burundi > Ibikoresho vy’ukwubaka urugomero rwa Mpanda vyafatiwe i Muramvya
Ibikoresho vy’ukwubaka urugomero rwa Mpanda vyafatiwe i Muramvya
lundi 10 Mukakaro 2017, par
Mu giporisi bavuga ko bafadikanije n’abakozi bigendereza hamwe n’abajejwe intwaro, bafashe ivyo bikoresho vyo kwubaka vyari vyibwe ku rugomero rwo ku Mpanda vyafatiwe aho i Muramvya mu bikorwa vy’ugusaka.
Bimwe muri ivyo bikoresho vyafashwe ni ivyuma bikoreshwa mu kwubaka (fer a beton) 29, amatiyo 31, hamwe n’ibindi.
Mu giporisi bavuga ko matohoza akabindanya kurubwo busuma bwabaye.
Vianney BIKORIMANA
Messages
11 Mukakaro 2017, 13:03
11 Mukakaro 2017, 13:23, par BUSURAHENDE
Biragoye kwemera! Amatuyo yaheze niyo bakoresha mu kubaka urugomero ry’umuyagankuba?
11 Mukakaro 2017, 19:11, par ANDRE NDUWIMANA
Ibi bintu biragoye gutahura:
Vyashitse Bukeye gute?
Vyazanywe na nde?
Bigiye he?