IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ibiro birenga 200 vy’ubutare bwa Colta vyafashwe

Ibiro birenga 200 vy’ubutare bwa Colta vyafashwe

mardi 11 Ndamukiza 2017, par Egide NDUWIMANA

Abasirikare n’abaporisi, mu bikorwa barimwo vy’ugusaka, bafashe ibiro birenga amajana abiri vy’ubutare bwa Colta, ababufatanwe bakaba baciye batabwa muri yompi.

Ku misozi ya Kivuvu na Munege, muri komine Kabarore intara ya Kayanza, hafashwe ibiro 25 vy’ubwo butare.

Kuri uwo musozi nyene wa Kavuvu, nk’uko mu giporisi babimenyesha, hafashwe ibiro 23 vy’ubwo butare, ku musozi Munege naho hafatwa ubundi butare bwa Colta, buvanze na Cassiterite bugera ku biro 148.

Ababufatanwe bose bari mu minwe y’inyamiramabi kugira amatohoza akorwe.


IGIHE

Messages

  • Izo mbonerakure zafashwe ndazimenye! Zaheruka kuvugira mu ksbare i Jene ko zarambiwe namabi bazituma yukwica, kunyuruza abantu, gusahura, gufata kunguvu abakobwa n’abakenyezi none urabonako baciye bazifata! Mbe ibisuma vyagurishije fslcon biri mugasho akahe!

  • Wewe wiyita Wakera, mbewinyegeza inyuma yako gaterefone wandika ubesha wisubiriza ngonuko abatamuntu akubona mukubesha ukabigira akazi ukibiza ngobizogenda bitakugizeko ingaruka?
    Wewe ahurihose haba mu Burundi canke mukindi gihugu icaricocose witegure guhura nibibazo bitandukanye vyamayobera bitarenze umwaka nubwo bimwe umaze kubibona ariko mumisi ugiye kuzotangura kubona iconokwita amahano.
    Iconogusaba kugirawikingire hindura uvuge ibiriho ugabanure ukwokudambikanya wamamwo urabona imyaka irabaye myishi gezahorero bigishoboka ariko niwahuma ukwuruko uzogerageze gukomeza kwibuka isimpanuro ndaguhaye mugihe uzoburimwo urabazwa utwotuntu umazemwo imyaka udambikanya wambika inteba ishushe abandi kuko weho uzokwambikwa urusyokwizosi uzira ivyowakoze.

  • @ Mukristumurugendo, Urazovuga ndagusange iwabo n’imbonerakure kwa wa Muhisi yari yaramaze abantu ndakujinjibure mwe n’izo mbonerakure! Ayo mahano nayo n’imba ari wa muriro gatinyashengero yavuga nimurungike Imana izowuzimya! The truth hurts

  • NDIKUMANA ERIKE ARARENGANA NIMUMUREKURE

  • TWASHONJE KUKUBERA MWAMURENGANIJE NDIKUMANA ERIKE NIMUMUREKURD ? NTAKOSAAFISE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.