Accueil > Amakuru > u Burundi > Icegera c’umukuru w’igihugu c’Ubushinwa, Li Yuanchao yashitse i (...)
Icegera c’umukuru w’igihugu c’Ubushinwa, Li Yuanchao yashitse i Bujumbura
mercredi 10 Rusama 2017, par
SC: KUKIRIMBA
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
Messages
10 Rusama 2017, 20:22, par DEKOKE
ha nazeyirabi arabingoran zigitoro namapermi nisukari ninzara dufise kubwibitoro birababaje kutondera ibint atanfashanyo irimwo mugukabura vyoboneka bigatuma bizimba murakoze umushitsi mumwakirize yose.
10 Rusama 2017, 20:37, par Théodor Irishura
Nibatugendere kumbure ntihobora ico bodufasha
11 Rusama 2017, 00:45, par Mediator
Turakeje uwo mutegetsi arisanze, twomusaba ko yobandanya aturungikira umuciri kuko kigoyi iradutsinze kubirindiro twebwe imbonerakure
11 Rusama 2017, 06:45, par Nagasaki Nakajana
Umutekano ni ntangere 100%. Nabakuru bibindi bihugu nibaze bihere amaso.
11 Rusama 2017, 09:11, par Wakera
Araba yazanye buruguru zuwo ariko aramutakambira!!!! Mbega ivumweee!!!
11 Rusama 2017, 11:37, par Hutsi
Iyo delegation API irayiteramo Grenade, muraza kuvyumva, amakuru twayamenye
11 Rusama 2017, 14:08, par Mediator
Abariko basoma bino vyiyumviro aha hepfo a ho musanga umwe muri bamwe bita aba sans echec kera yiyise izina ryanje Mediator si jewe-: ico ampora nukwo ngo mvugako gutirira abantu mu mapine bitagishoboka, kandi ko igisoda cavanzwe gutwo bituma abarundi tubona amahoro!!!! Izina ryanje rero ni Mediator
11 Rusama 2017, 18:34, par mugendo iwacu
yishwe niki mwsksrsms mwe muri aka kanya???Baramurabuye aba dd yanse kubakorera atumbereye ivyo bashaka ..nabo ntibazorusimba kuko ntirwemera impera ya ama dollars....pole muryango
11 Rusama 2017, 18:37, par Butoyi
@mediator. Ni yambwa WAkERA(genocidaire sans evhec) icafuza izina ryawe. Byoba byiza muhuye ukayivanamo amajigo.
12 Rusama 2017, 08:25, par Mediator
Komera mwenewacu butoyi , ako gahinda bazokajana I kuzimu kuko nta mu sans echec azongera kuduturirana umuntu mu Burundi!!! Nanje sincika intege kuvuga ibi: Leta y,uburundi irimwo amoko yose birahimbay , igisirikare gitunganijwe neza arinaco cahora giteye intambamyi, uwuzotanguza intambara nawe izoherera murugo iwe!!! Jew nkunda amoko yose kandi naho MVA mu bwoko be,abatutsi sinshaka umututsi yanka abahutu canke umuhutu yanka abatutsi nico gituma na kera nkiri n,umunyeshure banyita muhuza vyaribigoye kumenya icondi nakare twese twese dukomoka k,umuntu umwe!!!!