Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Ifoto y’umunsi
Ifoto y’umunsi
mardi 6 Kigarama 2016, par
- Burundi : Abantu barenga 2000 barimwo n’abakozi bakuru ba Reta bahenzwe kuva mu 2013 n’ishirahamwe ryababeshe ko rizobaha impapuro z’ukuja mu gihugu ca Australie

IGIHE
Messages
6 Kigarama 2016, 22:47, par .
Mwenayo mashirahamwe arakwiye gukomeza guhasha abantu nkabo .
Nicokimwe nabarya bafata ibifarangavyabo bakaza kubibica muma banks yomubindibihugu nabonyene bakwiye kuza barabankomeshereza , murambabarira ndaziko bamwe mubakora ivyo arincutizanje phampfe.
Urazi ukuntu abanyarwanda baribarigaruriye ama business nkayose muburundi Kagame atarabazibirira inzira ahowasanga business ikeneye nka million 200 zamarundi zifitiwe nabanyarwanda ariko ugasanga umurundiumurundi yagiye kuvundika million $1 atarinokuvuga ngoyagiye gukora business iboneka ikanavugako arumurundi akorerayo business!!!
7 Kigarama 2016, 06:59, par morodikayi.
Haaaaaa nibaze barahedwa ngo bashaka kugenda iburaya, uburaya buraha nyene iwacu, nuko atamahoro, imvuruzi ngobariko baratwara bagisambuye ntaburaya bwasumba ngaha. Iryo shirahamwe ribesha abenigihugu ntaho ritaniye nabamwe babesha abakenyezi nabigeme ngobabaronkeye ubuzi mubarabo !none bicuza icobarukana bitagikunda.
4 Nzero 2017, 12:50, par Nduwimana
Narakabakoze Kweri
16 Nzero 2017, 21:28, par VIANNEY MUBERA
KOTINYA ABAKOBWA KUGIRA NDEKE KUBATINY NOGENDA GUT ? MWOBA MUKZ
14 Ruheshi 2017, 00:22, par DEO