Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ifoto y’umunsi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Ifoto y’umunsi

Ifoto y’umunsi

lundi 26 Kigarama 2016, par Egide NDUWIMANA

JPEG - 261.3 ko
NAHIMANA Shassir yahora akinira Vital’O yinjije ibitsindo bitatu wenyene, mu rukino rwahuje umurwi wiwe wa Rayon Sports na Musanze FC. Uwo mukinyi w’umurundi niwe afise ibitsindo vyinshi kurusha abandi, n’umurwi wiwe ukaba uza mu kibanza ca mbere, kandi nturatsindwa kuva ihiganwa ryo mu Rwanda ry’uwu mwaka ritanguye.
JPEG - 205.7 ko
Nizigiyimana Karim Mackenzi (i bubamfu) yigeze gukinira Rayon Sports imbere yo kuja muri Gor Mahia, yari yaje kuraba urwo rukino

IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.